-
Matayo 17:19, 20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 Abigishwa baca babaza Yezu mu mwiherero bati: «Kubera iki twebwe tutashoboye kuyirukana?» 20 Abishura ati: «Ni kubera mufise ukwizera guke. Ni ukuri ndabibabwiye, hamwe mwoba mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, mwobwira uyu musozi muti: “Va ng’aha uje hariya”, kandi wogenda. Nta kintu na kimwe cobananira+.»
-