Matayo 19:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Abafarizayo baza aho ari bashaka kumutega, bamubaza bati: «Vyoba vyemewe ko umugabo yahukana n’umugore wiwe ku mvo iyo ari yo yose+?»
3 Abafarizayo baza aho ari bashaka kumutega, bamubaza bati: «Vyoba vyemewe ko umugabo yahukana n’umugore wiwe ku mvo iyo ari yo yose+?»