Gusubira mu vyagezwe 9:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mumenye rero ko Yehova Imana yanyu atabahaye iki gihugu ciza ngo ni uko muri abagororotsi. Ahubwo muri intumva*+. Matayo 19:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Abishura ati: «Musa yabemereye kwirukana abagore banyu kubera mufise imitima ikomantaye+, ariko mu ntango si ko vyari bimeze+. Ivyakozwe 13:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Kandi mu kiringo c’imyaka nka 40 yarabihanganiye mu bugaragwa+.
6 Mumenye rero ko Yehova Imana yanyu atabahaye iki gihugu ciza ngo ni uko muri abagororotsi. Ahubwo muri intumva*+.
8 Abishura ati: «Musa yabemereye kwirukana abagore banyu kubera mufise imitima ikomantaye+, ariko mu ntango si ko vyari bimeze+.