Matayo 5:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Muzoba muhiriwe nibabatuka+, bakabahama+ kandi bakababeshera ibibi vy’ubwoko bwose kubera jewe+. Ivyakozwe 14:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Bashitseyo, bakomeza abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera, bavuga bati: «Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.»
22 Bashitseyo, bakomeza abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera, bavuga bati: «Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.»