Matayo 19:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Ariko benshi mu ba mbere bazoba aba nyuma, aba nyuma na bo babe aba mbere+. Matayo 20:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ukwo ni ko aba nyuma bazoba aba mbere, aba mbere na bo bakaba aba nyuma+.» Luka 13:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Mumenye ko hari aba nyuma bazoba aba mbere, hakaba n’aba mbere bazoba aba nyuma+.»