ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 20:20, 21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Maze muka Zebedayo*+ aramwegera ari kumwe n’abahungu biwe, hanyuma aramwunamira* kugira amusabe ikintu+. 21 Yezu amubaza ati: «Ushaka iki?» Na we amwishura ati: «Nyemerera ko aba bahungu banje babiri bazokwicarana nawe mu Bwami bwawe, umwe iburyo bwawe uwundi ibubamfu bwawe+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika