2 nimuragire ubusho bw’Imana+ mujejwe, mubuhagarikire mutagoberewe ahubwo mubikunze imbere y’Imana+. Ntimubikore mubitumwe n’ugukunda inyungu mbi+, ahubwo mubikore mubishashaye. 3 Ntimukandamize abagize intoranwa y’Imana+, ahubwo mubere akarorero ubusho+.