Matayo 8:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Yezu aca aramvura ukuboko amukorako, amubwira ati: «Ndabishaka! Humanuka+.» Ubwo nyene iyo mibembe ica iramuvako, arahumanuka+. Luka 5:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Yezu aca aramvura ukuboko amukorako, amubwira ati: «Ndabishaka! Humanuka.» Ubwo nyene iyo mibembe ica iramuvako+.
3 Yezu aca aramvura ukuboko amukorako, amubwira ati: «Ndabishaka! Humanuka+.» Ubwo nyene iyo mibembe ica iramuvako, arahumanuka+.
13 Yezu aca aramvura ukuboko amukorako, amubwira ati: «Ndabishaka! Humanuka.» Ubwo nyene iyo mibembe ica iramuvako+.