Matayo 9:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Maze umugore umwe amaze imyaka 12 ava amaraso+ azanana inyuma yiwe, akora ku buyonga bw’impuzu* yiwe+, Matayo 9:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Yezu aca arahindukira aramubona, maze amubwira ati: «Humura mukobwa wanje! Ukwizera kwawe kuragukijije+.» Ubwo nyene uwo mugore aca arakira+.
20 Maze umugore umwe amaze imyaka 12 ava amaraso+ azanana inyuma yiwe, akora ku buyonga bw’impuzu* yiwe+,
22 Yezu aca arahindukira aramubona, maze amubwira ati: «Humura mukobwa wanje! Ukwizera kwawe kuragukijije+.» Ubwo nyene uwo mugore aca arakira+.