Abalewi 26:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Nzotikiza ibisagara vyanyu+, nsambure ibibanza vyeranda musengeramwo kandi sinzokwimotereza akamoto* k’ibimazi vyanyu. Matayo 24:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Na we ababwira ati: «Murabona ivyo bintu vyose? Ni ukuri ndabibabwiye, nta buye rizosigara rigeretse ku rindi ridasenyuriwe hasi+.» Luka 19:44 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 44 Bazokumena hasi mwe n’abana bawe+, kandi nta buye bazosiga rigeretse ku rindi muri wewe+, kuko utabitahuye igihe wasuzumwa.» Luka 21:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 aca avuga ati: «Ivyo bintu mubona, hazogera igihe ata buye rizosigara rigeretse ku rindi ridasenyuriwe hasi+.»
31 Nzotikiza ibisagara vyanyu+, nsambure ibibanza vyeranda musengeramwo kandi sinzokwimotereza akamoto* k’ibimazi vyanyu.
2 Na we ababwira ati: «Murabona ivyo bintu vyose? Ni ukuri ndabibabwiye, nta buye rizosigara rigeretse ku rindi ridasenyuriwe hasi+.»
44 Bazokumena hasi mwe n’abana bawe+, kandi nta buye bazosiga rigeretse ku rindi muri wewe+, kuko utabitahuye igihe wasuzumwa.»
6 aca avuga ati: «Ivyo bintu mubona, hazogera igihe ata buye rizosigara rigeretse ku rindi ridasenyuriwe hasi+.»