ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 23:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 «Ubu ndi mu gupfa*. Mwebwe ubwanyu murazi neza* yuko ata kintu na kimwe mu bintu vyiza vyose Yehova Imana yanyu yabasezeraniye kitashitse. Vyose vyarabaye ku neza yanyu. Nta na kimwe kitashitse+.

  • Yesaya 40:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Ivyatsi bitoto biruma,

      ishurwe rigakabirana,

      mugabo ijambo ry’Imana yacu ryamaho ibihe vyose+.»

  • Matayo 24:35
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 35 Ijuru n’isi bizovaho, ariko amajambo yanje ntazogenda avuyeho+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika