Abalewi 24:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Uwutyoje izina rya Yehova rero ategerezwa gupfa+. Ishengero ryose rikwiye kumwicisha amabuye. Umunyamahanga aba muri mwebwe atyoje izina ry’Imana ategerezwa kwicwa cokimwe n’imvukira. Yohani 19:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Abayuda bamwishura bati: «Turafise itegeko, kandi twisunze iryo tegeko abwirizwa gupfa+, kuko yigize umwana w’Imana+.»
16 Uwutyoje izina rya Yehova rero ategerezwa gupfa+. Ishengero ryose rikwiye kumwicisha amabuye. Umunyamahanga aba muri mwebwe atyoje izina ry’Imana ategerezwa kwicwa cokimwe n’imvukira.
7 Abayuda bamwishura bati: «Turafise itegeko, kandi twisunze iryo tegeko abwirizwa gupfa+, kuko yigize umwana w’Imana+.»