-
Matayo 27:11-14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Yezu rero ahagarara imbere ya buramatari, maze buramatari amubaza ati: «Uri Umwami w’Abayuda?» Yezu amwishura ati: «Wewe ubwawe urabivuze+.» 12 Mugabo igihe yariko yagirizwa n’abakuru b’abaherezi n’abashingantahe, nta na kimwe yishuye+. 13 Pilato aca amubaza ati: «Ntiwumva ibintu vyose bariko barakwagiriza?» 14 Ariko aguma yihoreye, ntiyishura na kimwe, ku buryo buramatari atangara cane.
-