Matayo 12:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Kuko Umwana w’umuntu afise ububasha kw’isabato*+.» Luka 6:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Yongerako ati: «Umwana w’umuntu arafise ububasha kw’isabato*+.»