Yohani 12:39, 40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Icatumye batamwizera, ni uko kandi Yesaya yavuze ati: 40 «Yarahumye amaso yabo kandi atuma imitima yabo idadarara, kugira ntibarabishe amaso yabo canke ngo imitima yabo itahure, baheze bahindukire maze ndabakize+.»
39 Icatumye batamwizera, ni uko kandi Yesaya yavuze ati: 40 «Yarahumye amaso yabo kandi atuma imitima yabo idadarara, kugira ntibarabishe amaso yabo canke ngo imitima yabo itahure, baheze bahindukire maze ndabakize+.»