ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 3:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Maze Yezu ava i Galilaya aza ku ruzi Yorodani kugira Yohani amubatize+.

  • Luka 3:21, 22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Abantu bose rero bamaze kubatizwa, Yezu na we nyene arabatizwa+. Ariko arasenga, ijuru riruguruka+ 22 hanyuma impwemu nyeranda imanuka kuri we imeze nk’inuma. Maze ijwi riva mw’ijuru, rivuga riti: «Uri Umwana wanje nkunda cane. Naragushimye+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika