-
Matayo 12:31, 32Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
31 Ni co gituma ndababwiye ko igicumuro ico ari co cose n’igitutsi* ico ari co cose abantu bazobibabarirwa, ariko uwutuka impwemu nyeranda* ntazobibabarirwa+. 32 Nk’akarorero, uwo wese avuga nabi Umwana w’umuntu azobabarirwa+. Ariko uwo wese avuga nabi impwemu nyeranda ntazobabarirwa, haba muri iki gihe* canke mu gihe kizoza+.
-