Mariko 6:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 None uyu si wa mubaji+, umuhungu wa Mariya+ akaba na mwenewabo na Yakobo+, Yozefu, Yuda na Simoni+? Bashikiwe ntibari kumwe natwe ng’aha?» Ivyiwe rero bitangura kubatsitaza.
3 None uyu si wa mubaji+, umuhungu wa Mariya+ akaba na mwenewabo na Yakobo+, Yozefu, Yuda na Simoni+? Bashikiwe ntibari kumwe natwe ng’aha?» Ivyiwe rero bitangura kubatsitaza.