Yohani 15:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Na mwebwe mubwirizwa kunshingira intahe+, kuko mwamanye nanje kuva mu ntango. 1 Petero 5:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Hari impanuro nipfuza rero guha* abakurambere bo muri mwebwe. Ndayibaha nk’umukurambere mugenzi wabo, nk’icabona c’imibabaro ya Kristu, be n’uwuzosangira na bo ubuninahazwa bugiye guhishurwa+. Iyo mpanuro ni iyi: 2 Petero 1:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Igihe twabamenyesha ububasha bw’Umukama wacu Yezu Kristu n’igihe c’ukugaruka* kwiwe, ntitwisunze inkuru z’ikinyoma zaremaremwe ku buhinga, kuko twiboneye ugukayangana kwiwe+.
5 Hari impanuro nipfuza rero guha* abakurambere bo muri mwebwe. Ndayibaha nk’umukurambere mugenzi wabo, nk’icabona c’imibabaro ya Kristu, be n’uwuzosangira na bo ubuninahazwa bugiye guhishurwa+. Iyo mpanuro ni iyi:
16 Igihe twabamenyesha ububasha bw’Umukama wacu Yezu Kristu n’igihe c’ukugaruka* kwiwe, ntitwisunze inkuru z’ikinyoma zaremaremwe ku buhinga, kuko twiboneye ugukayangana kwiwe+.