Yohani 1:26, 27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Yohani abishura ati: «Jewe mbatiza mu mazi. Hariho umuntu mutazi ari muri mwebwe, 27 uwuriko araza inyuma yanje, kandi simbereye no kubohora imigozi y’ibirato* vyiwe+.»
26 Yohani abishura ati: «Jewe mbatiza mu mazi. Hariho umuntu mutazi ari muri mwebwe, 27 uwuriko araza inyuma yanje, kandi simbereye no kubohora imigozi y’ibirato* vyiwe+.»