ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 6:2, 3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 «Bwira Abisirayeli uti: “Umugabo canke umugore niyagirira Yehova indagano idasanzwe yo kuba Umunaziri*+, 3 ntakwiye kunywa umuvinyu canke izindi nzoga. Ntakwiye kunywa inkarihe y’umuvinyu canke inkarihe y’izindi nzoga+. Ntakwiye kunywa ikinyobwa na kimwe c’inzabibu canke ngo arye inzabibu, zaba ari mbisi canke zumye.

  • Matayo 11:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Muri ubwo buryo nyene, Yohani yaje atarya, atanywa, ariko abantu bavuga ngo: “Arimwo idayimoni.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika