-
Yeremiya 1:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
Nakugize umuhanuzi ku mahanga.»
-
-
Abaroma 9:10-12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Ariko si ico gihe gusa. N’igihe Rebeka yasama inda y’amahasa kuri wa mugabo Izahaki sogokuruza wacu, ni ko vyagenze+. 11 Nkako, igihe batari bwavuke, ata ciza canke ikibi na kimwe bari bwakore, Imana yarerekanye ko umugambi wayo wo gutora abantu wogumye uranguka bivuye kuri yo ibahamagara, bitavuye ku bikorwa vy’umuntu. 12 Yabwiye Rebeka iti: «Mukuru azoshumbira mutoyi+.»
-