Ivyakozwe 17:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Baraheza bafata urugendo baca i Amfipoli n’i Apoloniya hanyuma bashika i Tesalonika+, ahari isinagogi y’Abayuda. 2 Pawulo yinjira rero mw’isinagogi nk’uko yari asanzwe abigira+, amara amasabato atatu abafasha kuzirikana ku Vyanditswe+.
17 Baraheza bafata urugendo baca i Amfipoli n’i Apoloniya hanyuma bashika i Tesalonika+, ahari isinagogi y’Abayuda. 2 Pawulo yinjira rero mw’isinagogi nk’uko yari asanzwe abigira+, amara amasabato atatu abafasha kuzirikana ku Vyanditswe+.