ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 45:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Ewe mwami, uri mwiza kuruta abandi bantu bose.

      Amajambo ava mu kanwa kawe ni ay’igikundiro+.

      Ni co gituma Imana yaguhezagiye ibihe vyose+.

  • Yesaya 50:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Umukama Segaba Yehova yampaye ururimi rw’abigishwa*+,

      ngo menye ingene nishura* neza*+ uwurushe.

      Ankangura uko bukeye,

      agakangura ugutwi kwanje ngo numvirize nk’abigishwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika