-
Yohani 8:59Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
59 Baca batora amabuye ngo bayamutere, mugabo Yezu arinyegeza, aca arasohoka ava mu rusengero.
-
-
Yohani 10:39Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
39 Baca basubira kugerageza kumufata, mugabo arabasiga.
-