ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 4:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Ubwo nyene baca baheba insenga zabo baramukurikira+.

  • Matayo 6:33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Gume rero mubanza kurondera Ubwami n’ubugororotsi bw’Imana, ivyo bindi vyose na vyo muzovyongerwa+.

  • Matayo 19:27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Petero aca amubaza ati: «Raba twebwe twarahevye vyose turagukurikira. None tuzoronka iki+?»

  • Mariko 1:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 ubwo nyene aca arabahamagara. Baca basiga se wabo Zebedayo mu bwato ari kumwe n’abakozi biwe, na bo baramukurikira.

  • Luka 18:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Mugabo Petero avuga ati: «Raba twebwe twarahevye ivyo twari dufise turagukurikira+.»

  • Abafilipi 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Vyongeye, ibintu vyose ndabibona nk’uruhombo ndabigereranije n’agaciro gahebuje ko kumenya Kristu Yezu Umukama wanje. Kubera we, naremeye guhomba ibintu vyose kandi ndabibona nk’ikirundo c’umwanda* kugira ngo nunguke Kristu

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika