ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 5:6-9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Yezu amubonye aryamye ng’aho, kandi akaba yari azi ko amaze igihe kirekire arwaye, aca amubaza ati: «Urashaka gukira+?» 7 Uwo mugabo amwishura ati: «Mushinganta, nta muntu mfise anshira mu mazi iyo asebuye. Ngize ngo ndajayo, uwundi aba yantanze kumanukayo.» 8 Yezu aca amubwira ati: «Haguruka! Tora ikirago* cawe ugendagende+.» 9 Ubwo nyene uwo mugabo aca arakira. Aca atora ikirago ciwe, atangura kugendagenda.

      Uwo musi hari kw’isabato.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika