ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 12:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Abishura ati: «Ni nde muri mwebwe hamwe yoba afise intama imwe hanyuma ikagwa mu kinogo, atoyifata ngo ayikureyo+?

  • Mariko 3:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Aca ababwira ati: «Mbega kw’isabato vyoba vyemewe gukora igikorwa ciza canke kibi, gukiza umuntu canke kumwica+?» Ariko baguma binumiye.

  • Yohani 7:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Nimba mugenyera umuntu kw’isabato kugira ntimurenge ku mategeko ya Musa, kubera iki munshavurira cane ngo n’uko nakijije umuntu kw’isabato+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika