Matayo 5:2, 3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Atangura rero kubigisha ati: 3 «Hahiriwe abazi ko bakeneye ivy’Imana*+, kuko Ubwami bwo mw’ijuru ari ubwabo. Yakobo 2:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Nimwumvirize bavukanyi nkunda cane. Mbega Imana ntiyatoye abo isi ibona ko ari aboro ngo babe abatunzi mu kwizera+ be na ba samuragwa b’Ubwami yasezeraniye abayikunda+?
2 Atangura rero kubigisha ati: 3 «Hahiriwe abazi ko bakeneye ivy’Imana*+, kuko Ubwami bwo mw’ijuru ari ubwabo.
5 Nimwumvirize bavukanyi nkunda cane. Mbega Imana ntiyatoye abo isi ibona ko ari aboro ngo babe abatunzi mu kwizera+ be na ba samuragwa b’Ubwami yasezeraniye abayikunda+?