Matayo 7:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Si umuntu wese ambwira ngo: “Mukama, Mukama” azokwinjira mu Bwami bwo mw’ijuru, ahubwo uwukora ivyo Dawe ari mw’ijuru agomba ni we gusa azobwinjiramwo+. Luka 13:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 «Mwihate cane kugira muce mu muryango waga+. Ndababwiye ko benshi bazorondera kuwucamwo ariko ntibabishobore. Abaroma 2:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Abumva amategeko si bo bagororotsi imbere y’Imana, ahubwo abakora ivyo amategeko avuga ni bo bazokwitwa abagororotsi+. Yakobo 1:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Ariko mube abashira mu ngiro iryo jambo+, ntimube abumva gusa, mwibesha mu gukurikira ivyiyumviro vyanyu bitari vyo.
21 Si umuntu wese ambwira ngo: “Mukama, Mukama” azokwinjira mu Bwami bwo mw’ijuru, ahubwo uwukora ivyo Dawe ari mw’ijuru agomba ni we gusa azobwinjiramwo+.
24 «Mwihate cane kugira muce mu muryango waga+. Ndababwiye ko benshi bazorondera kuwucamwo ariko ntibabishobore.
13 Abumva amategeko si bo bagororotsi imbere y’Imana, ahubwo abakora ivyo amategeko avuga ni bo bazokwitwa abagororotsi+.
22 Ariko mube abashira mu ngiro iryo jambo+, ntimube abumva gusa, mwibesha mu gukurikira ivyiyumviro vyanyu bitari vyo.