Yakobo 1:23, 24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Umuntu yumva iryo jambo ntarishire mu ngiro+, ameze nk’umuntu yiraba* mu cirore. 24 Kuko yiraba agaca yigira, ubwo nyene agaca yibagira uko ameze.
23 Umuntu yumva iryo jambo ntarishire mu ngiro+, ameze nk’umuntu yiraba* mu cirore. 24 Kuko yiraba agaca yigira, ubwo nyene agaca yibagira uko ameze.