Gusubira mu vyagezwe 18:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Yehova Imana yanyu azobaha umuhanuzi ameze nkanje, amukuye muri benewanyu. Mukwiye kumwumviriza+. Yohani 4:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Uwo mugore aca amubwira ati: «Mushinganta, ndabona ko uri umuhanuzi+. Yohani 6:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Abantu babonye igitangaro akoze, batangura kuvuga bati: «Ni ukuri, uyu ni wa Muhanuzi yabwirizwa kuza mw’isi+.» Yohani 7:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Bamwe muri iryo sinzi bumvise ayo majambo, batangura kuvuga bati: «Emwe, uyu ni wa Muhanuzi vy’ukuri+.»
14 Abantu babonye igitangaro akoze, batangura kuvuga bati: «Ni ukuri, uyu ni wa Muhanuzi yabwirizwa kuza mw’isi+.»
40 Bamwe muri iryo sinzi bumvise ayo majambo, batangura kuvuga bati: «Emwe, uyu ni wa Muhanuzi vy’ukuri+.»