ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 2:44
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 44 Mu misi y’abo bami, Imana yo mw’ijuru izoshiraho ubwami+ butazokwigera busenyurwa+, kandi ubwo bwami ntibuzoganzwa n’irindi hanga+. Buzojanjagura buherengeteze ubwo bwami bwose+, buce buhangama ibihe vyose ari bwonyene+.

  • Daniyeli 7:13, 14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Nguma nitegereza ivyo neretswe mw’ijoro, maze mbona uwusa n’umwana w’umuntu+ azananye n’ibicu. Araheza yemererwa kuja aho Umwe wa kera cane+ ari, baramujana gushika imbere yiwe. 14 Aca ahabwa ubutegetsi+, iteka+ n’ubwami kugira ngo abantu bo mu moko yose, amahanga yose n’indimi zitandukanye bamukorere+. Ubutegetsi bwiwe ni ubutegetsi bwamaho, butagira iherezo, kandi ubwami bwiwe ntibuzokwigera busenyurwa+.

  • Abaheburayo 1:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Mugabo ku bijanye n’Umwana wayo, ivuga ngo: «Imana ni yo ntebe yawe y’ubwami+ gushika ibihe bidahera, kandi agakoni k’Ubwami bwawe ni agakoni k’ubutungane*.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika