Yesaya 7:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Yehova ubwiwe agomba rero abahe ikimenyetso: umve, umwigeme azosama inda maze avyare umuhungu+, kandi azomwita Emanweli*+. Matayo 1:24, 25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Yozefu aca arikangura maze akora ivyo umumarayika wa Yehova* yari yamutegetse, atwara umugore wiwe muhira. 25 Ariko ntibigeze barangura amabanga y’abubatse gushika Mariya avyaye umuhungu+. Yozefu araheza amwita Yezu+.
14 Yehova ubwiwe agomba rero abahe ikimenyetso: umve, umwigeme azosama inda maze avyare umuhungu+, kandi azomwita Emanweli*+.
24 Yozefu aca arikangura maze akora ivyo umumarayika wa Yehova* yari yamutegetse, atwara umugore wiwe muhira. 25 Ariko ntibigeze barangura amabanga y’abubatse gushika Mariya avyaye umuhungu+. Yozefu araheza amwita Yezu+.