ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 13:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Izabibwe mw’ivu ryiza na zo, zigereranya uwumva iryo jambo akaritahura maze agatangura kwama, umwe akama 100, uwundi 60, uwundi 30+.»

  • Mariko 4:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Ubwa nyuma, izabibwe mw’ivu ryiza ni abumva iryo jambo bakaryakira neza, hanyuma bakama incuro 30, 60 na 100+.»

  • Abaheburayo 10:36
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 36 Murakeneye ukwihangana+, kugira ngo mumaze gukora ivyo Imana igomba mubone iranguka ry’ivyasezeranywe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika