ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 13:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Kuko uwufise wese azokwongerwa n’ibindi akagira umusesekara, ariko uwudafise azokwakwa n’ivyo yari afise+.

  • Matayo 25:29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Kuko uwufise wese azokwongerwa n’ibindi akagira vyinshi, ariko uwudafise azokwakwa n’ivyo yari afise+.

  • Mariko 4:24, 25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Ababwira kandi ati: «Mwumvirize neza ivyo ndiko ndababwira+. Ingero mupimisha ni yo namwe bazobapimirako, mbere bazobongera n’ibindi. 25 Kuko uwufise azokwongerwa n’ibindi+, mugabo uwudafise azokwakwa n’ivyo yari afise+.»

  • Luka 19:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Na we abishura ati: “Ndababwiye ko uwufise wese azokwongerwa n’ibindi, ariko uwudafise azokwakwa n’ivyo yari afise+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika