ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 8:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Aho Yezu aboneye isinzi ry’abantu rimukikije, ategeka abigishwa biwe ngo bajabuke ku yindi nkengera y’ikiyaga+.

  • Matayo 8:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Hanyuma Yezu yurira ubwato, abigishwa biwe na bo nyene baramukurikira+.

  • Mariko 4:35, 36
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 35 Kuri uwo musi nyene hageze ku mugoroba, ababwira ati: «Tujabuke tuje ku yindi nkengera y’ikiyaga+.» 36 Bamaze kurungika rya sinzi, baca bamujana mu bwato ukwo nyene yari ari, kandi hariho n’ubundi bwato bwari kumwe na bo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika