Matayo 14:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Abari mu bwato baca baramwunamira*, bamubwira bati: «Vy’ukuri, uri Umwana w’Imana.» Yohani 1:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Yohani yarashinze intahe kandi ati: «Narabonye impwemu imanuka iva mw’ijuru isa n’inuma, hanyuma iguma kuri we+. Yohani 1:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Nanje rero narabibonye, kandi narashinze intahe ko uyu ari Umwana w’Imana+.» Yohani 20:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Mugabo ibi vyaranditswe kugira mwizere ko Yezu ari we Kristu Umwana w’Imana, no kugira muronke ubuzima biciye kw’izina ryiwe, kubera mwizera+.
32 Yohani yarashinze intahe kandi ati: «Narabonye impwemu imanuka iva mw’ijuru isa n’inuma, hanyuma iguma kuri we+.
31 Mugabo ibi vyaranditswe kugira mwizere ko Yezu ari we Kristu Umwana w’Imana, no kugira muronke ubuzima biciye kw’izina ryiwe, kubera mwizera+.