-
Yesaya 43:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Kuko ndi Yehova Imana yawe,
wa Mweranda wa Isirayeli akaba n’Umukiza wawe.
Natanze Misiri ngo ikubere incungu,
ntanga Etiyopiya na Seba mu kibanza cawe.
-
-
Yuda 25Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
25 ya Mana imwe gusa ikaba n’Umukiza wacu biciye kuri Yezu Kristu Umukama wacu, nihabwe ubuninahazwa, ubukuru, ubushobozi n’ububasha kuva ibihe bidahera, ubu no gushika ibihe bidahera. Amen.
-