ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 16:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Kuko uwushaka gukiza ubuzima bwiwe azobubura, ariko uwubuheba kubera jewe azoburokora+.

  • Mariko 8:35
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 35 Kuko uwushaka gukiza ubuzima bwiwe azobubura, ariko uwubuheba kubera jewe no kubera inkuru nziza azoburokora+.

  • Yohani 12:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Uwukunda cane ubuzima bwiwe aba abwishe, mugabo uwanka ubuzima bwiwe+ muri iyi si, azobuzigama kugira aronke ubuzima budahera+.

  • Ivyakozwe 20:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Yamara rero simbona yuko ubuzima bwanje ari bwo buhambaye*. Icompa gusa nkarangiza isiganwa ry’ubuzima+ n’igikorwa* nahawe n’Umukama Yezu, co kwamamaza* bimwe bishitse* inkuru nziza ya bwa buntu buhebuje* bw’Imana.

  • Ivyahishuwe 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Ntutinye ibigira bigushikire+. Shetani* azobandanya guta mw’ibohero bamwe muri mwebwe kugira mugezwe bimwe bishitse, kandi muzomara imisi cumi muriko murahamwa. Nugume uri umwizigirwa gushika ku rupfu, nanje nzoguha urugori rw’ubuzima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika