Luka 9:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Yongerako ati: «Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwankwa n’abashingantahe, abakuru b’abaherezi n’abanditsi, hanyuma akicwa+ maze akazurwa ku musi ugira gatatu+.» Luka 13:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Ariko rero, ntegerezwa kubandanya urugendo rwanje uyu musi n’ejo na hirya y’ejo, kuko bitemewe* ko umuhanuzi yicirwa inyuma ya Yeruzalemu+.
22 Yongerako ati: «Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwankwa n’abashingantahe, abakuru b’abaherezi n’abanditsi, hanyuma akicwa+ maze akazurwa ku musi ugira gatatu+.»
33 Ariko rero, ntegerezwa kubandanya urugendo rwanje uyu musi n’ejo na hirya y’ejo, kuko bitemewe* ko umuhanuzi yicirwa inyuma ya Yeruzalemu+.