ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 9:37, 38
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 37 Maze abwira abigishwa biwe ati: «Emwe ivyimburwa ni vyinshi, ariko abakozi ni bake+. 38 Nimwinginge rero uwujejwe iyimbura arungike abakozi mu vyimburwa vyiwe+.»

  • 1 Abakorinto 3:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Kuko turi abakozi bakorana n’Imana. Muri itongo ry’Imana ririko rirarimwa, muri inyubakwa y’Imana+.

  • 2 Abatesalonika 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Ubwa nyuma bavukanyi, mubandanye kudusengera+ ngo ijambo rya Yehova* rigume rikwiragira ningoga+ ryongera ryubahwa, nk’uko mubigira aho iwanyu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika