Itanguriro 17:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Iri ni ryo sezerano riri hagati yanje namwe, iryo wewe n’uruvyaro rwawe mubwirizwa kwubahiriza: umuhungu wese wo muri mwebwe ategerezwa kugenyerwa*+. Itanguriro 17:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Uko urunganwe rwanyu ruzogenda rurakurikirana, umuhungu wese wo muri mwebwe amaze imisi umunani ategerezwa kugenyerwa+, yaba uwavukiye mu rugo rwawe canke uwo waguze ku munyamahanga atari mu ruvyaro rwawe. Abalewi 12:2, 3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 «Bwira Abisirayeli uti: “Umugore niyasama inda hanyuma akavyara umuhungu, azomara imisi indwi ahumanye nka kurya bigenda ari mu misi y’ubutinyanka*+. 3 Ku musi ugira umunani, uwo mwana azogenyerwa*+.
10 Iri ni ryo sezerano riri hagati yanje namwe, iryo wewe n’uruvyaro rwawe mubwirizwa kwubahiriza: umuhungu wese wo muri mwebwe ategerezwa kugenyerwa*+.
12 Uko urunganwe rwanyu ruzogenda rurakurikirana, umuhungu wese wo muri mwebwe amaze imisi umunani ategerezwa kugenyerwa+, yaba uwavukiye mu rugo rwawe canke uwo waguze ku munyamahanga atari mu ruvyaro rwawe.
2 «Bwira Abisirayeli uti: “Umugore niyasama inda hanyuma akavyara umuhungu, azomara imisi indwi ahumanye nka kurya bigenda ari mu misi y’ubutinyanka*+. 3 Ku musi ugira umunani, uwo mwana azogenyerwa*+.