Ivyakozwe 20:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Yamara rero simbona yuko ubuzima bwanje ari bwo buhambaye*. Icompa gusa nkarangiza isiganwa ry’ubuzima+ n’igikorwa* nahawe n’Umukama Yezu, co kwamamaza* bimwe bishitse* inkuru nziza ya bwa buntu buhebuje* bw’Imana.
24 Yamara rero simbona yuko ubuzima bwanje ari bwo buhambaye*. Icompa gusa nkarangiza isiganwa ry’ubuzima+ n’igikorwa* nahawe n’Umukama Yezu, co kwamamaza* bimwe bishitse* inkuru nziza ya bwa buntu buhebuje* bw’Imana.