Yohani 12:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Ubu numva ata mahoro mfise+. None mvuge iki? Data, nkiza iyi saha+. Mugabo iki nyene ni co catumye nshika kuri iyi saha.
27 Ubu numva ata mahoro mfise+. None mvuge iki? Data, nkiza iyi saha+. Mugabo iki nyene ni co catumye nshika kuri iyi saha.