ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 19:27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Petero aca amubaza ati: «Raba twebwe twarahevye vyose turagukurikira. None tuzoronka iki+?»

  • Luka 9:62
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 62 Yezu amwishura ati: «Umuntu afashe isuka* hanyuma akaraba ibiri inyuma+, ntaba abereye Ubwami bw’Imana+.»

  • Abafilipi 3:7, 8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Yamara ibintu vyose vyahora ari inyungu kuri jewe, ndabibona nk’uruhombo* kubera Kristu+. 8 Vyongeye, ibintu vyose ndabibona nk’uruhombo ndabigereranije n’agaciro gahebuje ko kumenya Kristu Yezu Umukama wanje. Kubera we, naremeye guhomba ibintu vyose kandi ndabibona nk’ikirundo c’umwanda* kugira ngo nunguke Kristu

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika