ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 40:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 Hari ijwi ry’umuntu mu bugaragwa asemerera ati:

      «Nimutunganye* inzira ya Yehova+!

      Nimucire Imana yacu ibarabara rikuru*+ kandi rigororotse mu bugaragwa+.

  • Malaki 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 «Ehe ntumye intumwa yanje, na yo izotunganya* inzira imbere yanje+. Kandi bukwi na bukwi wa Mukama w’ukuri murondera, azoza ku rusengero rwiwe+. Na ya ntumwa y’isezerano mushashaye izoza. Emwe azoza vy’ukuri», ni ko Yehova Nyeningabo avuze.

  • Matayo 3:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Uwo Yohani ni we umuhanuzi Yesaya+ yavuze igihe yagira ati: «Hari ijwi ry’umuntu mu bugaragwa asemerera ati: “Nimutegure inzira ya Yehova*! Nimugorore ibarabara ryiwe+.”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika