Matayo 17:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Akiriko aravuga, igicu gikayangana gica kirabatwikira. Haca humvikana ijwi rivuye muri nya gicu riti: «Uyu ni Umwana wanje nkunda cane, uwo nashimye+. Nimumwumvirize+.» Yohani 3:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Kuko Imana yakunze isi cane ku buryo itanga Umwana wayo w’ikinege+, kugira ngo umuntu wese amwizera ntarandurwe, ahubwo aronke ubuzima budahera+.
5 Akiriko aravuga, igicu gikayangana gica kirabatwikira. Haca humvikana ijwi rivuye muri nya gicu riti: «Uyu ni Umwana wanje nkunda cane, uwo nashimye+. Nimumwumvirize+.»
16 Kuko Imana yakunze isi cane ku buryo itanga Umwana wayo w’ikinege+, kugira ngo umuntu wese amwizera ntarandurwe, ahubwo aronke ubuzima budahera+.