ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 13:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Muhe bose ivyabo: uwusaba ikori mumuhe ikori+, uwusaba ikibuguro* mumuhe ikibuguro, uwusaba gutinywa mumutinye+, uwusaba iteka mumuhe iryo teka+.

  • Tito 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Ubandanye kubibutsa kuyobokera no kugamburukira intwaro n’abakuru+, kuba abiteguriye igikorwa ciza cose,

  • 1 Petero 2:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Kubera Umukama, nimuyobokere inzego zose zashizweho n’abantu*+, yaba ari umwami+ kubera ari umukuru,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika