-
Matayo 23:2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 «Abanditsi n’Abafarizayo bariyicaritse ku ntebe ya Musa.
-
-
Mariko 12:38-40Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
38 Abandanya kwigisha ati: «Mwiyubare abanditsi bakunda kugenda bambaye amakanzu kandi bagakunda ko abantu babaramutsa mw’isoko+. 39 Bakunda kandi kwicara mu bibanza vy’imbere* mu masinagogi no mu bibanza vy’iteka ku nzimano*+. 40 Banyaga abapfakazi utwabo* kandi bakavuga amasengesho maremare kugira biyerekane. Bazocirwa urubanza rukomeye* cane.»
-